Actualité de l'Eglise
Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 2 Myandagaro 2025, Umwungere Thadée akaba ariwe yatanze inyigisho.
Yishimikije ijambo dusanga muri yohana 10:16.
Thème: NDAFISE IZINDI NTAMA
Yagize ati yesu arafise izindi ntama. Ikiranga umwungere aca kw’irembo. Intama zitari aho ziri arazigarura.
Yongeye kandi uwubaha Imana nayo iramwemera. Ati rero dukwiye gutinya Imana nabo munzu yacu bose nkuko koroneriyo wo muri bibiliya yabigira.
Yasubiye ati kugira tubone kuba intama nziza dukwiye gufasha abagowe kuko ubikoreye uwo muntu muto aba ari Yesu ubikoreye.
Yarangije ngo dukwiye gusenga ubudasiba kugira wa murwanizi ntadufate tutiteguye kumurwanya.
Kurikirana igikorane muciye hano :
MUHAWE UMUGISHA N’UHORAHO YAREMYE IJURU N’ISI.

Leave A Comment

Your Comment
All comments are held for moderation.